Saido Ntibazonkiza dans la sélection CAN 2019
Saido Ntibazonkiza yarasavye ikigongwe Uburundi n'Abarundi, uwusavye ikigongwe arababarigwa. Yipfuza gusubira gufata mu mugongo bagenzi biwe mu kibuga nkuko yamye abikora kuva kera. Nimba aruguhanwa yarahanywe bikwiye mukumara igihe kirekire adahamagagwa.
NIMBA WEWE UMUBABARIYE KANDI UKABONA KO AKENEWE MUMUGWI NSERUKIRAGIHUGU MURI CAN 2019. Sinya iyi pétition ukwiragize nomubandi dushikane 1 millions de signatures.
Murakoze.
Sign PetitionSign Petition